L’auteur avait obtenu sa Licence avec mention « Excellent » et avait reçu le prix d’excellence à Fourah Bay College, Université de Sierra Leone. Ses travaux de recherche en Chimie Organique ont conduit au Doctorat (PH.D), délivré par l’Université de Makéréré, Kampala, Uganda. Ses travaux scientifiques publiés ont été évalués par l’Université de Durham, Grande Bretagne, et ont été trouvés être une recherche scientifique de haute distinction, pour laquelle il lui a été décerné le D.Sc. « Doctor of Science ». Professeur de Chimie Organique à l’Université de Yaoundé I, Cameroun, l’auteur a supervisé plus de 100 mémoires de Maîtrise et thèses de Doctorat. Il est co-auteur de plus de 160 publications parues dans les Journaux Scientifiques de renommée internationale.
Umwigisha Zacharias Tanee Fomum yavutse mu buryo bw’umubiri ku wa 20 Mukakaro 1945, avyarwa na Mpwemu Yera ku wa 13 Ruheshi 1956. Yiyeguriye rwose Umwami Yesu n’igikorwa ciwe ku wa mbere Gitugutu 1966, yuzuzwa Mpwemu Yera ku wa 24 Gitugutu 1970
Yari yaronse ikibanza c’agahebuza ku rupapuro
rw’umutsindo rwa mbere muri kaminuza, atsindira agashimwe muri Fourah Bay college kuri Kaminuza ya Sierra Leone. Ibikorwa vyiwe vy’ubushakashatsi muri Chimie organique vyamushikanye
ku rupapuro rwo kuba umwigisha wa Kaminuza, aruhabwa na Kaminuza y’i Makerere, i Kampala mu Buganda. Ibikorwa vyiwe vy’ubushakashatsi vyashizwe
ahabona biheruka kugaragara ko biruta kure cane ibindi, bimaze gusuzumwa na Kaminuza ya Durham mu Bwongereza, bica bituma aronka ipete ryitwa :
Professor Zacharias Tanee Fomum a Cameroonian, born in 1945, received the Lord Jesus as his Saviour in 1956 and consecrated his life to the Lord Jesus Christ in 1966 while he was
a student in Fourah Bay College, Sierra Leone. Because of the vision he had to see Cameroonians turn to Christ in multitudes and to have churches planted in every part of the nation, he began to
prepare spiritually for this by praying virtually everyday for Cameroon with his beloved wife Prisca while in Fourah Bay College. His ministry began in Cameroon in 1975. His preaching were with
such demonstration of the power of God that the miracles that backed the power of the Word were the news of the day in one of the outstanding newspapers of the nation:
"Cameroon Tribune" the government paper which reported his evangelistic ministry in articles like “ Evangelical Hurricanes hit Bamenda" and
CPH BURUNDI est un département du ministère C.M.C.I fondée par le Professeur ZACHARIAS TANEE FOMUM pour répandre l’évangile au monde entier par la page imprimée.
2019 Tous droits reservés@cphburundi Tel: +257 79 977 275 courriel: cphburundi@gmail.com Adresse physique: Avenu de l'Imprimerie No 53, BUJUMBURA BURUNDI